Real madrid igarutse mumakipe ahenze ku isi

Nkuko byatangajwe na raporo ya European Elite 2020,ikipe ya Real Madrid yatowe nk’ikipe ihenze kurusha izindi zose ku isi ihigitse ibindi bihangange mu mupira w’amaguru nka FC Barcelona na Manchester United. Ikigo cya KPMG cyatangaje ko