Denise Coates niwe mugore uhembwa agatubutse ku isi

9,078
RPF
How Bet365's Denise Coates hit her own jackpot - BBC News

Denise Coates ukorera kompanyi y’amahirwe niwe mugore uhembwa amafranga menshi ku ishi.

Uno mugore DENISE COATES ukorera ikigo gicuruza imikino y’amahirwe izi nka betting yitwa Bet 365 niwe mugore uhembwa amafranga menshi ku isi, uyu mugore ahembwa amapuwundi y’Ubwongereza miliyoni 265. Uyu mugore ni nawe muyobozi w’iyi kampani, ikindi ni uko aza ku rutonde rw’abaherwe ku isi kuko afite miliyari 4.1 z’amadorari ya Amerika.

Biravugwa yuko amafranga y’umushahara we uramutse ufashe inoti za 1000 wazitondeka imwe hejuru y’indi zikareshya n’umuturirwa wa TIMES TOWER.

Leave A Reply

Your email address will not be published.