Dore transfers 6 zikomeye zabaye muri ino mpeshyi ku mugabane wa Burayi

4,477
Kai Havertz: Bayer Leverkusen still hope to keep Real Madrid, Barcelona,  Liverpool target - AS.com

Ku mugoroba wo kuri uyu wa mbere taliki ya 5 Ukwakira niho ishyirahamwe ry’umupira w’amaguru ku mugabane wa Burayi ryashyizeho ingufuri ku isoko ry’igura n’igurisha ry’abakinnyi kuri uwo mugabane.

Dore amakipe atandatu yaciye agahigo mu kugura abakinnyi bahenze:

  • Ruben Dias [Benfica – Manchester City] miliyoni £65
  • Fabio Silva [Porto – Wolves] miliyoni £35.6
  • Ollie Watkins [Brentford – Aston Villa] miliyoni £28
  • Rodrigo [Valencia – Leeds] miliyoni £26
  • Rhian Brewster [Liverpool – Sheffield United] miliyoni £23.5
  • Grady Diangana [West Ham – West Brom] miliyoni £18

Ruben Dias waguzwe na Man City na Kai Havertz waguzwe miliyoni £71 na Chelsea avuye muri Bayern Leverkusen nibo bakinnyi babiri gusa baje muri Premier Ligue baguzwe hejuru ya miliyoni £50 muri iyi mpeshyi.

Iyi mpeshyi Chelsea niyo yashoye menshi, miliyoni £222 ku bakinnyi barimo Havertz, Timo Werner, Ben Chilwell, Hakim Ziyech na Edouard Mendy nk’uko bivugwa na Carteret.

Man City (miliyoni £141) na Barcelona (miliyoni £112) niyo makipe yandi abiri mu akomeye Iburayi yashoye hejuru ya miliyoni £100 mu kugura abakinnyi iyi mpeshyi.

Mu mwaka ushize w’imikino nibura amakipe 10 yashoye hejuru ya miliyoni £100.

Email yanyu ntaho izigera igiragazwa